News

Umuraperi w'Umunyamerika Kanye West yangiwe kwinjira muri Australia kubera indirimbo ye ishimagiza uwari umutegetsi w'Aba-Nazi mu Budage bwa kera, Adolf Hitler.
Perezida William Ruto wa Kenya avuga ko agiye kwubaka urusengero ku kirimba c'umukuru w'igihugu i Nairobi ku mahera yiwe - kandi ko atabona ico afise yiyagiriza.